4K Full Movie - FEAR WOMEN 6 - English Subtitle - FINALE by John K-ay, Fanny, Abel Nduwayo, Sabbas
4K Full Movie - FEAR WOMEN 6 - English Subtitle - FINALE by John K-ay, Fanny, Abel Nduwayo, Sabbas
< 01:12:05 > |
Get the Free Android App for your phone
4K Full Movie - FEAR WOMEN 6 - English Subtitle - FINALE by John K-ay, Fanny, Abel Nduwayo, Sabbas
Fear Women Part 1, John K-ay yarakundanye na Kanyana, Hanyuma amutega umutego... Read more
4K Full Movie - FEAR WOMEN 6 - English Subtitle - FINALE by John K-ay, Fanny, Abel Nduwayo, Sabbas
Fear Women Part 1, John K-ay yarakundanye na Kanyana, Hanyuma amutega umutego arabe ko amukunda. Aca asanga ntamukunda ahubwo, yakunda amafaranga gusa.
Muri FEAR WOMEN 2, John K-ay akundanye na Fanny ariko aciye ahura ningorane zirenze. Abansi biwe bose, Abakunzi biwe bose, aba EX canke abo bigeze gukundana bose, nabo yigeze gutwara abagore bose arabikeka!! Intambara ikaba itanguye!
Fear Woemen 3, John K-ay asigurira ubuzima yabayemwo bugoye kandi bubabaza, Nabagenzi yagiye akorera inabi. Atwara abagore. akaba yibaza yuko barimwo mubashobora kumugirira nabi.
Fear Women 4 : Alex afatwa na Police yagirizwa kuba inkozi yikibi, Niho aca asohora amabanga yabuzima yabayemwo na Fanny.
Fear Women 5: Mbe yoba ari kanyana? Twinjira mubuzima bwa Kanyana.
Fear Women 6: Finale. Bose bagarutse, Ya misi 10 Bamuha John K-ay yakwiye...
#MerryChristmas #thelightofafrica #Trending1Burundi